BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro
Inkuru iri kw'isonga
Trump yageze mu Bushinwa aho yitezwe mu nama ikomeye na Xi Jinping
Trump na Xi, abakuru b’ibihugu bikomeye mu bukungu n’igisirikare kurusha ibindi ku isi, bagiye guhura mu gihe batavuga rumwe ku ngingo zitandukanye zirimo ubucuruzi hagati y'ibihugu byabo n'intambara Amerika yateyemo Iran.
Tommy Thompson n'amatoni 14 y'inzahabu yatowe mu bwato bwibiye mu kiyaga
Tommy Thompson, ubu afise imyaka 73, yavumbuye mu 1988 ibisigarira vy’ubwato bwarohamye mu 1857, ubwato bwari buzwi kw’izina rya "Ubwato bw’inzahabu".
Star Wars, The Devil Wears Prada 2: Filimi 10 nziza wareba muri uku kwezi kwa 5
Igitabo cyamamaye kuva mu myaka irenga 80 ishize cyitwa Animal Farm cyasohotse muri filimi nk'imwe mu zikunzwe cyane ubu ku isi.
“Dushake ubukire” – Museveni mu ijambo ryo kurahira kuri manda ya 7
Ni mu muhango waranzwe n’akararasisi ko kwerekana ingufu za gisirikare za Uganda n’ijambo rya Museveni ryibanze ku kuvuga ko leta ye ishaka kubaka igihugu gikize.
Yigeze kunenga ba perezida ba Afurika, none yarahiye manda ya karindwi
Mu 1986 Museveni ubwe yagize ati: "Ikibazo cya Afurika, n'icya Uganda by'umwihariko, si abaturage ahubwo ni abayobozi bashaka kumara igihe kinini ku butegetsi".
Kugura ibirwanisho: Ibihugu 10 vya mbere bigura ibirwanisho vyinshi muri Afrika yo musi ya Sahara
Ibi ni ibihugu 10 vya mbere bigura ibirwanisho vyinshi muri Afurika yo munsi ya Sahara muri 42 biri ku rutonde rwo hagati ya 2021 na 2025.
'Nafatiwe ku rugamba mu kigwati ca Ridkodub' - Umurundi afungiwe muri Ukraine
Riyazimana Emmanuel avuga ko uwitwa Elias ari we yabakiriye bashitse mu Burusiya, kandi ko bigaragara ko akorana na Alain w'i Bujumbura mu kuresha urwaruka.
Urashaka kuziganya uburyo ukoresha kuri internet?
Hindura uje ku rubuga ruciririrkiye rwa BBC News Gahuza
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
Ikanzu ikozwe mu migati 500 yatangaje benshi mu gutanga ibihembo bya cinema nyafrika
Ibyamamare muri filimi bigaragaje bidasanzwe mu ijoro riruta ayandi muri Afurika muri filimi n'imideri.
Putin avuga ko yibaza ko intambara na Ukraine 'igiye kurangira'
Umukuru w'Uburusiya avuga ko bishoboka ko haba ibiganiro kuri Ukraine, ariko ariyamiriza kuba Abanyaburaya na Amerika bashigikiye umukuru wa Ukraine Volodymyr Zelensky.
Bakuyeko 30% vy'inzanyi yanje kugira ndokoke - ni co gituma nemeye ko ico gikorwa gifatwa amashusho
Mu gikorwa co kubaga Alastair Munro camaze amasaha indwi, bategerezwa gukuraho akavyimba hamwe n'ibice 30% vy'inzanyi yiwe.
'Nopfuma mbaho ninyegeje muri Amerika hako nsubira muri Somalia'
Ubwoba n'ukutamenya igishobora gushika vyama mu mitwe y'abimukira b'Abasomali muri Minnesota nubwo amategeko yabahaye agahengwe.
Kubona "intanga ngabo zihishe": Ikoranabuhanga rishya ritanga icyizere ku bagabo babwirwaga ko batabyara
Abagabo bafite indwara ya 'Klinefelter syndrome' bagira intanga nke cyane cyangwa ntibagire na mba mu masohoro yabo. Benshi baba barabwiwe ko batazabyara. Ikoranabuhanga rishya rya AI ryaba rigiye kubihindura.
Aimable Karasira, washinje FPR-Inkotanyi ubwicanyi, yari muntu ki?
Nk'umunyeshuri w'umuhanga ariko wabonekaga nk'utandukanye n'abandi kuri kaminuza, yari afite byinshi arwana na byo, byaje kumenyekana imyaka myinshi nyuma mu rubanza rwe.
BBC Gahuza LIVE RADIO
Umva ibiganiro vya BBC Gahuza ikibiriraho (live) kuwa mbere gushika ku gatanu isaha 1730 GMT, no kuwa gatandatu 0600 GMT & 0900 GMT no kuwa Mungu 0630 GMT & 1600 GMT.
Podcasts
Amajwi, Podcast: Imvo n'Imvano
Ikiganiro mpaka ku bibazo bitandukanye
Amajwi, Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Ikiganiro cy’abagore
Amajwi, Podcast: Amakuru ya BBC Gahuzamiryango
Amakuru y'akarere na mpuzamakungu mutegurirwa na BBC Gahuzamiryango
Amajwi, Podcast: Ikinamico Urunana
Teramana na BBC Gahuzamiryango mu kinamico Urunana
Amajwi, Podcast: Baza Muganga
Mubaza ibibazo mufise ku vy'amagara, Muganga akabaha inyishu kuri BBC Gahuzamiryango









































