Pinned
Umuhinga yigenga
45.1K posts
« La seule chose qui permet au mal de triompher est l’inaction des hommes de bien »
LES FAITS RIEN QUE LES FAITS
Quartier Asiatique
Joined August 2018
- Abazukuruza ba Ntare Rugamba babandanya ,gushinga icumu mumakungu! Mwakoze kudutera iteka 🇧🇮🔥
- Commonwealth Francophonie vyose muminwe y'Urwanda. Umwanka canke umwemera président @PaulKagame numu stratège wokurwego rwo hejuru.
- President Domitien Ndayizeye yaragiye kunamira President Pierre Buyoya
- Ndayishimiye Mike Trésor désigné meilleur footballeur africain évoluant en Belgique. 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
- Uburundi n'Urwanda turi abavukanyi vyanka bikunda tuzobana! ibi vyoguterana amajambo kumbuga ntanico vyungura ,ejo canke hirya yejo bizomera neza dukorane business,tugurirane ibintu ,duhane abageni nibindi vyishi! tubibe amahoro,ibindi vyogucurirana ntaco bimaze! 🇷🇼🇧🇮
- Ndabipfurije umwaka mushasha muhire . nipfuza ko uwu mwaka noronka imiceri mike indongozi zokora ico zijejwe Uburundi nabarundi tukogorora umwe wese muvyo yakoreye yabiriye akuya . "gukorera igihugu neza bitera iteka wewe,nabagukomokako" mukomere cane Ndabakunda ❤️
- #BurundiBwacu "...warapfunwe ntiwapfuye,warahabishijwe ntiwahababuka..." 🇧🇮
00:00 - Mwakoze kuduha umwizero ! ntaco mutatanze mwari mufise ! mwahagaze kigabo ! 🇧🇮♥️
















