Jump to content

Chicago

Kuva Wikipedia
Image
Chicago
Image
Chicago Downtown Panorama

Chicago( Shikago mukirundi ) ni igisagara kiri muri Illinois iri muri Leta z’Unze Ubumwe za Amerika.

  • Uburinganire: Ibirometero kwadarato amajana atandatu na bitandatu (606km²)
  • Abanyagihugu: imiliyoni zibiri n'ibihumbi amajana indwi na cumi na kane n'amajana umunani na mirongo itanu na gatandatu (2.714.856 hab) mumwaka w'ibihumbi na cumi na kabiri (2012).
    Image
    Chicago from North Avenue Beach June 2015 panorama 2